Abalewi 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Musa abarira Aroni ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mu bo hafi yanje+ ninēzwe+, kandi mu maso y’abantu bose nininahazwe+.’” Aroni na we aguma acereje.
3 Maze Musa abarira Aroni ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mu bo hafi yanje+ ninēzwe+, kandi mu maso y’abantu bose nininahazwe+.’” Aroni na we aguma acereje.