Abalewi 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuherezi aze amwihweze ku musi ugira indwi, maze nimba bibonetse ko nya cago cahagaze, kikaba kitakwiragiye mu rukoba, umuherezi aze amukumire+ yindi misi indwi.
5 Umuherezi aze amwihweze ku musi ugira indwi, maze nimba bibonetse ko nya cago cahagaze, kikaba kitakwiragiye mu rukoba, umuherezi aze amukumire+ yindi misi indwi.