-
Abalewi 13:25Bibiliya y’isi nshasha
-
-
25 umuherezi aze acihweze; maze nimba ubwoya bwahindutse bukera muri nya kibibi kandi kikaba kiboneka ko cimbitse kuruta urukoba, ni imibembe. Yaturitse muri nya nkovu, kandi umuherezi aze amenyeshe ko ahumanye. Ni icago c’imibembe.
-