-
Abalewi 13:28Bibiliya y’isi nshasha
-
-
28 Mugabo nimba nya kibibi kigumye mu kibanza caco, kikaba kitakwiragiye mu rukoba kandi kikaba kiriko kirazimangana, ni igiturika ca nya nkovu. Umuherezi aze amenyeshe ko adahumanye, kuko ari ubuvyimbe bwa nya nkovu.
-