Abalewi 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuntu wese ariye umuvyimba w’icamaze gupfa canke icatabaguwe n’igikoko+, yaba imvukira canke kavamahanga, ategerezwa rero kumesa impuzu ziwe kandi akiyuhagira mu mazi, akaba uwuhumanye gushika ku mugoroba+, aheze abe uwudahumanye.
15 Umuntu wese ariye umuvyimba w’icamaze gupfa canke icatabaguwe n’igikoko+, yaba imvukira canke kavamahanga, ategerezwa rero kumesa impuzu ziwe kandi akiyuhagira mu mazi, akaba uwuhumanye gushika ku mugoroba+, aheze abe uwudahumanye.