Abalewi 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Babwire uti: ‘Mu mayaruka yanyu yose, umugabo wese wo mu ruvyaro rwanyu rwose yegereye ibintu vyeranda, ivyo bene Isirayeli bazokwereza Yehova kandi ubuhumane bwiwe buri kuri we+, uyo muntu ategerezwa kurandurwa akava imbere yanje. Ndi Yehova.
3 Babwire uti: ‘Mu mayaruka yanyu yose, umugabo wese wo mu ruvyaro rwanyu rwose yegereye ibintu vyeranda, ivyo bene Isirayeli bazokwereza Yehova kandi ubuhumane bwiwe buri kuri we+, uyo muntu ategerezwa kurandurwa akava imbere yanje. Ndi Yehova.