Abalewi 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntakwiye no kurya umuvyimba n’umwe w’icamaze gupfa canke ikintu na kimwe catabaguwe n’ibikoko ngo bimuhumanye+. Ndi Yehova.
8 Ntakwiye no kurya umuvyimba n’umwe w’icamaze gupfa canke ikintu na kimwe catabaguwe n’ibikoko ngo bimuhumanye+. Ndi Yehova.