Abalewi 22:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Kandi nta w’ahandi n’umwe yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda+. Nta nyambukira iba ku muherezi, canke umucangero, yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda.
10 “‘Kandi nta w’ahandi n’umwe yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda+. Nta nyambukira iba ku muherezi, canke umucangero, yoshobora kurya ikintu na kimwe ceranda.