Abalewi 22:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ishūri canke intama ifise igihimba kirekire birenze canke kigufi birenze+, woshobora kuyigira ishikanwa ritangwa ku bushake; mugabo itanzwe ku bwo gushitsa indagano, ntizoshimwa.
23 Ishūri canke intama ifise igihimba kirekire birenze canke kigufi birenze+, woshobora kuyigira ishikanwa ritangwa ku bushake; mugabo itanzwe ku bwo gushitsa indagano, ntizoshimwa.