Abalewi 22:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi ico ari co cose muri ivyo vyose kivuye mu kuboko kw’umunyamahanga ntimuze mugishikirize bwa mukate w’Imana yanyu, kuko ubwononekare bwavyo buri muri vyo. Biri n’agahonzi+. Ntibizoshimwa+ ku bwanyu.’”
25 Kandi ico ari co cose muri ivyo vyose kivuye mu kuboko kw’umunyamahanga ntimuze mugishikirize bwa mukate w’Imana yanyu, kuko ubwononekare bwavyo buri muri vyo. Biri n’agahonzi+. Ntibizoshimwa+ ku bwanyu.’”