Abalewi 22:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ntimuze muhumanye izina ryanje ryeranda+, kandi ntegerezwa kwezwa hagati muri bene Isirayeli+. Ndi Yehova uwuriko arabeza+,
32 Ntimuze muhumanye izina ryanje ryeranda+, kandi ntegerezwa kwezwa hagati muri bene Isirayeli+. Ndi Yehova uwuriko arabeza+,