Abalewi 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “‘Kandi kuva ku musi w’inyuma y’isabato, kuva ku musi muzaniyeko wa muganda w’ishikanwa rizungagizwa, muze mwiharurire amasabato indwi+. Aze abe akwiye.
15 “‘Kandi kuva ku musi w’inyuma y’isabato, kuva ku musi muzaniyeko wa muganda w’ishikanwa rizungagizwa, muze mwiharurire amasabato indwi+. Aze abe akwiye.