Abalewi 23:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntimuze mukore igikorwa na kimwe kuri uyo musi, kuko ari umusi w’impongano wo kubatangira impongano+ imbere ya Yehova Imana yanyu;
28 Ntimuze mukore igikorwa na kimwe kuri uyo musi, kuko ari umusi w’impongano wo kubatangira impongano+ imbere ya Yehova Imana yanyu;