Abalewi 24:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nya muhungu atangura gucafuza rya Zina+ no kurihamagarirako akabi+. Nuko bamuzanira Musa+. Nyina yitwa Shelomiti, umukobwa wa Diburi wo mu muryango wa Dani.
11 Nya muhungu atangura gucafuza rya Zina+ no kurihamagarirako akabi+. Nuko bamuzanira Musa+. Nyina yitwa Shelomiti, umukobwa wa Diburi wo mu muryango wa Dani.