Abalewi 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uwucafuje rero izina rya Yehova ntaze abure kwicwa+. Ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye ata kabuza. Kavamahanga cokimwe n’imvukira aze yicwe kuko yacafuje rya Zina+.
16 Uwucafuje rero izina rya Yehova ntaze abure kwicwa+. Ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye ata kabuza. Kavamahanga cokimwe n’imvukira aze yicwe kuko yacafuje rya Zina+.