Abalewi 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi uwukubise igikoko kigapfa+ akwiye kugitangira inshumbusho+, ariko uwukubise umuntu agapfa na we akwiye kwicwa+.
21 Kandi uwukubise igikoko kigapfa+ akwiye kugitangira inshumbusho+, ariko uwukubise umuntu agapfa na we akwiye kwicwa+.