Abalewi 25:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uze uvuze inzamba n’ijwi rinini+ mu kwezi kugira indwi ku musi ugira icumi wa nya kwezi+. Ku musi w’impongano+ muze muvuze nya nzamba mu gihugu canyu cose.
9 Uze uvuze inzamba n’ijwi rinini+ mu kwezi kugira indwi ku musi ugira icumi wa nya kwezi+. Ku musi w’impongano+ muze muvuze nya nzamba mu gihugu canyu cose.