Abalewi 25:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ariko inzu z’imihana irundanye idakikujwe n’uruhome zikwiye guharurwa nk’umuce w’itongo rya nya gihugu. Uburenganzira bw’ugucungurwa+ bukwiye kubandanya kuri yo, kandi kuri Yubile+ ikwiye kurekurwa.
31 Ariko inzu z’imihana irundanye idakikujwe n’uruhome zikwiye guharurwa nk’umuce w’itongo rya nya gihugu. Uburenganzira bw’ugucungurwa+ bukwiye kubandanya kuri yo, kandi kuri Yubile+ ikwiye kurekurwa.