-
Abalewi 25:47Bibiliya y’isi nshasha
-
-
47 “‘Mugabo kavamahanga canke inyambukira ari kumwe na wewe niyacika umutunzi, mwene wanyu na we agacika mworo iruhande yiwe, akabwirizwa kwigurisha kuri kavamahanga canke ku nyambukira iri kumwe nawe, canke ku wo mu muryango w’uwo kavamahanga,
-