-
Abalewi 27:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Ntiyoshobora kugisubiriza, canke ngo agikabe, ciza na kibi canke kibi na ciza. Mugabo aramutse agikavye, igikoko akagikaba n’ikindi, ubwaco rero kizocika ikintu ceranda, eka n’ikigikabwe nyene.
-