Guharura 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Rubeni+ uzoba amaja mu bumanuko, hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Rubeni akaba ari Elizuri+ mwene Shedewuri.
10 “Umugabane ugizwe n’imiryango itatu w’ikambi ya Rubeni+ uzoba amaja mu bumanuko, hakurikijwe ingabo zabo, umukuru wa bene Rubeni akaba ari Elizuri+ mwene Shedewuri.