Guharura 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Hakurikire umuryango wa Benyamini+; umukuru wa bene Benyamini ni Abidani+ mwene Gideyoni.