Guharura 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko Nadabu na Abihu bapfiriye imbere ya Yehova igihe bashikana imbere ya Yehova umuriro utemewe n’amategeko+, mu gahinga ka Sinayi; kandi nta bana baronse. Mugabo Eleyazari+ na Itamari+ babandanije gukora ari abaherezi hamwe na se Aroni.
4 Ariko Nadabu na Abihu bapfiriye imbere ya Yehova igihe bashikana imbere ya Yehova umuriro utemewe n’amategeko+, mu gahinga ka Sinayi; kandi nta bana baronse. Mugabo Eleyazari+ na Itamari+ babandanije gukora ari abaherezi hamwe na se Aroni.