-
Guharura 3:39Bibiliya y’isi nshasha
-
-
39 Abanditswe bose bo mu Balewi abo Musa na Aroni banditse kw’itegeko rya Yehova hakurikijwe imiryango yabo, ab’igitsina-gabo bose kuva ku kwezi kumwe kuduga, bari ibihumbi mirongo ibiri na bibiri.
-