Guharura 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Igikorwa cose c’abahungu b’Abagerishoni+, ivyo batwara vyose n’ivyo bakora vyose, kizokorwa kw’itegeko rya Aroni n’abahungu biwe+, kandi muze mubashinge imitwaro yabo yose, kibe ikintu bajejwe.
27 Igikorwa cose c’abahungu b’Abagerishoni+, ivyo batwara vyose n’ivyo bakora vyose, kizokorwa kw’itegeko rya Aroni n’abahungu biwe+, kandi muze mubashinge imitwaro yabo yose, kibe ikintu bajejwe.