Guharura 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Ku vyerekeye umugabo canke umugore, mu gihe akoze ico ari co cose mu bicumuro vyose abantu bakora, mu guhemukira Yehova, uwo muntu* azoba yagiriwe n’icaha+.
6 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Ku vyerekeye umugabo canke umugore, mu gihe akoze ico ari co cose mu bicumuro vyose abantu bakora, mu guhemukira Yehova, uwo muntu* azoba yagiriwe n’icaha+.