Guharura 5:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uwo muherezi aze afate rya shikanwa ry’intete+ ry’ishari arikuye mu kuboko kwa nya mugore maze azungagize iryo shikanwa ry’intete irya n’ino imbere ya Yehova, hanyuma arizane hafi y’igicaniro.
25 Uwo muherezi aze afate rya shikanwa ry’intete+ ry’ishari arikuye mu kuboko kwa nya mugore maze azungagize iryo shikanwa ry’intete irya n’ino imbere ya Yehova, hanyuma arizane hafi y’igicaniro.