Guharura 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze uwo muherezi aze akamate igihimba ca nya shikanwa ry’intete bwa cibutsa+ caryo, agifumbishe umwotsi ku gicaniro; inyuma y’ivyo azonywesha nya mugore ayo mazi.
26 Maze uwo muherezi aze akamate igihimba ca nya shikanwa ry’intete bwa cibutsa+ caryo, agifumbishe umwotsi ku gicaniro; inyuma y’ivyo azonywesha nya mugore ayo mazi.