Guharura 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Eka naho yoba ari se canke nyina, canke mwene wabo canke mushikiwe, ntaze abihumanishe nibapfa+, kuko ikimenyetso c’Ubunaziri bwiwe ku Mana yiwe kiri ku mutwe wiwe.
7 Eka naho yoba ari se canke nyina, canke mwene wabo canke mushikiwe, ntaze abihumanishe nibapfa+, kuko ikimenyetso c’Ubunaziri bwiwe ku Mana yiwe kiri ku mutwe wiwe.