Guharura 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Aze abeho ari Umunaziri+ kuri Yehova mu misi y’Ubunaziri bwiwe, kandi aze azane impfizi y’intama ikiri nto iri mu mwaka wayo wa mbere bwa shikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+; imisi ya kera ntizoharurwa kuko yahumanije Ubunaziri bwiwe.
12 Aze abeho ari Umunaziri+ kuri Yehova mu misi y’Ubunaziri bwiwe, kandi aze azane impfizi y’intama ikiri nto iri mu mwaka wayo wa mbere bwa shikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+; imisi ya kera ntizoharurwa kuko yahumanije Ubunaziri bwiwe.