Guharura 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze umuherezi aze abizungagize irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova+. Ni ikintu ceranda cegukira umuherezi, kumwe n’inkoro+ y’ishikanwa rizungagizwa* be n’ukuguru kw’intererano+. Mu nyuma nya Munaziri azoshobora kunywa umuvinyu+.
20 Maze umuherezi aze abizungagize irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova+. Ni ikintu ceranda cegukira umuherezi, kumwe n’inkoro+ y’ishikanwa rizungagizwa* be n’ukuguru kw’intererano+. Mu nyuma nya Munaziri azoshobora kunywa umuvinyu+.