Guharura 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo bene Kohati ntiyagira ico abaha, kuko bari bajejwe igikorwa c’ahantu heranda+. Batwarira ibintu ku rutugu+.
9 Mugabo bene Kohati ntiyagira ico abaha, kuko bari bajejwe igikorwa c’ahantu heranda+. Batwarira ibintu ku rutugu+.