Guharura 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova abwira rero Musa ati: “Uku ni ko bazoshikiriza ishikanwa ryabo ku bw’ugushikiriza igicaniro: umukuru umwe ku musi umwe, uwundi mukuru ku wundi musi+.”
11 Yehova abwira rero Musa ati: “Uku ni ko bazoshikiriza ishikanwa ryabo ku bw’ugushikiriza igicaniro: umukuru umwe ku musi umwe, uwundi mukuru ku wundi musi+.”