Guharura 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ku bw’ikimazi c’ugusangira+ na ho, ashikana inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu, imyagazi y’intama y’amasuguru itanu, umwe wose umaze umwaka. Iryo ni ryo ryabaye ishikanwa rya Netaneli mwene Zuwari.
23 ku bw’ikimazi c’ugusangira+ na ho, ashikana inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu, imyagazi y’intama y’amasuguru itanu, umwe wose umaze umwaka. Iryo ni ryo ryabaye ishikanwa rya Netaneli mwene Zuwari.