Guharura 7:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 ku bw’ikimazi c’ugusangira+ na ho, ashikiriza inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu, imyagazi y’intama y’amasuguru itanu, umwe wose umaze umwaka. Iryo ni ryo ryabaye ishikanwa rya Shelumiyeli mwene Zurishadayi+.
41 ku bw’ikimazi c’ugusangira+ na ho, ashikiriza inka zibiri, impfizi z’intama zitanu, amasuguru y’impene atanu, imyagazi y’intama y’amasuguru itanu, umwe wose umaze umwaka. Iryo ni ryo ryabaye ishikanwa rya Shelumiyeli mwene Zurishadayi+.