Guharura 7:89 Bibiliya y’isi nshasha 89 Igihe cose Musa yinjiye mw’ihema ry’ihuriro kuvugana n’Imana+, yarumva ijwi riyaga na we rivuye hejuru y’umurumyo+ wari kw’isandugu y’igishingantahe, rivuye hagati ya ba bakerubi* babiri+; kandi Imana yaravugana na we.
89 Igihe cose Musa yinjiye mw’ihema ry’ihuriro kuvugana n’Imana+, yarumva ijwi riyaga na we rivuye hejuru y’umurumyo+ wari kw’isandugu y’igishingantahe, rivuye hagati ya ba bakerubi* babiri+; kandi Imana yaravugana na we.