Guharura 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Isinzi ry’ikivange+ ryari hagati muri bo riserura ivyipfuzo bikomeye vy’ubwikunzi+, eka na bene Isirayeli basubira kurira, bavuga bati: “Ni nde azoduha inyama turya+?
4 Isinzi ry’ikivange+ ryari hagati muri bo riserura ivyipfuzo bikomeye vy’ubwikunzi+, eka na bene Isirayeli basubira kurira, bavuga bati: “Ni nde azoduha inyama turya+?