Guharura 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abantu barasanzara, bakayinoba+ maze bakayisya ku nsyo z’amaboko canke bakayisekura mw’isekuro, hanyuma bakayiteka mu nkono+ canke bakayikoramwo udutsima tw’umuzingi; akanovera kayo kari kameze nk’akanovera k’agatsima gasosa karimwo amavuta+.
8 Abantu barasanzara, bakayinoba+ maze bakayisya ku nsyo z’amaboko canke bakayisekura mw’isekuro, hanyuma bakayiteka mu nkono+ canke bakayikoramwo udutsima tw’umuzingi; akanovera kayo kari kameze nk’akanovera k’agatsima gasosa karimwo amavuta+.