Guharura 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Igihe ikime caba kimanutse kw’ikambi mw’ijoro, na manu yaramanuka+.