Guharura 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Musa abwira Yehova ati: “Kubera iki wakwegeye ikibi umusavyi wawe, kandi kubera iki ntagize ubutoni mu maso yawe, ukandemeka umutwaro w’aba bantu bose+?
11 Maze Musa abwira Yehova ati: “Kubera iki wakwegeye ikibi umusavyi wawe, kandi kubera iki ntagize ubutoni mu maso yawe, ukandemeka umutwaro w’aba bantu bose+?