Guharura 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mbega ni jewe nasamye inda y’aba bantu bose? Mbega ni jewe nabibarutse, aho umbwira ngo: ‘Batware mu gikiriza cawe+, nk’uko umurezi w’umugabo atwara umwana yonka+,’ ubajane ku butaka warahiye ba sekuruza babo+?
12 Mbega ni jewe nasamye inda y’aba bantu bose? Mbega ni jewe nabibarutse, aho umbwira ngo: ‘Batware mu gikiriza cawe+, nk’uko umurezi w’umugabo atwara umwana yonka+,’ ubajane ku butaka warahiye ba sekuruza babo+?