Guharura 11:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze Musa avuga ati: “Abantu ndi hagati ni abagabo ibihumbi amajana atandatu+ bari ku maguru, yamara wewe uvuze uti: ‘Nzobaha inyama, bazirye ukwezi kwose’!
21 Maze Musa avuga ati: “Abantu ndi hagati ni abagabo ibihumbi amajana atandatu+ bari ku maguru, yamara wewe uvuze uti: ‘Nzobaha inyama, bazirye ukwezi kwose’!