Guharura 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mbega bazobagirwa imikuku n’amasho kugira bakwirwe+? Canke bazofatirwa amafi yose yo mu kiyaga kugira bakwirwe?”
22 Mbega bazobagirwa imikuku n’amasho kugira bakwirwe+? Canke bazofatirwa amafi yose yo mu kiyaga kugira bakwirwe?”