-
Guharura 11:26Bibiliya y’isi nshasha
-
-
26 Buno hari babiri bo muri nya bagabo bari basigaye mw’ikambi. Umwe yitwa Eludadi, uwundi na we Medadi. Nuko impwemu ija kuri bo, kuko bari mu banditswe, mugabo ntibari basohotse ngo baje kw’ihema. Batangura rero gukora bwa bahanuzi mw’ikambi.
-