Guharura 11:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Yosuwa mwene Nuni, uwabaye umusuku+ wa Musa kuva mu busore bwiwe, yishura ati: “Mukama wanje Musa, babuze+!” Guharūra Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:28 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),1/2017, rup. 30
28 Maze Yosuwa mwene Nuni, uwabaye umusuku+ wa Musa kuva mu busore bwiwe, yishura ati: “Mukama wanje Musa, babuze+!”