Guharura 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Baguma bavuga bati: “Mbega Yehova yavuze biciye kuri Musa gusa? Ntiyavuze none biciye no kuri twebwe+?” Kandi Yehova yariko yumviriza+. Guharūra Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:2 Umunara w’Inderetsi,15/10/2002, rup. 28-29
2 Baguma bavuga bati: “Mbega Yehova yavuze biciye kuri Musa gusa? Ntiyavuze none biciye no kuri twebwe+?” Kandi Yehova yariko yumviriza+.