Guharura 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Buno nyene Aroni abwira Musa ati: “Ntunga mukama wanje! Ndakwinginze ntuduharureko igicumuro twakoranye ubupfu, egome, igicumuro twakoze+!
11 Buno nyene Aroni abwira Musa ati: “Ntunga mukama wanje! Ndakwinginze ntuduharureko igicumuro twakoranye ubupfu, egome, igicumuro twakoze+!