Guharura 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Mu gihe hoba hari kavamahanga canke uwuri hagati muri mwebwe mu mayaruka yanyu abanye namwe ari kavamahanga, maze bikaba ngombwa ko ahereza ishikanwa rishikanishwa umuriro, ry’akamoto karuhura kuri Yehova, uko muzogenza ni ko na we azogenza+.
14 “‘Mu gihe hoba hari kavamahanga canke uwuri hagati muri mwebwe mu mayaruka yanyu abanye namwe ari kavamahanga, maze bikaba ngombwa ko ahereza ishikanwa rishikanishwa umuriro, ry’akamoto karuhura kuri Yehova, uko muzogenza ni ko na we azogenza+.