Guharura 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbega ni ikintu gitoyi kuba waratuduganye udukuye mu gihugu gitemba amata n’ubuki kugira ngo utwicire mu gahinga+, ku buryo ushaka no kwigira umuganwa kuri twebwe uherejeko+?
13 Mbega ni ikintu gitoyi kuba waratuduganye udukuye mu gihugu gitemba amata n’ubuki kugira ngo utwicire mu gahinga+, ku buryo ushaka no kwigira umuganwa kuri twebwe uherejeko+?