Guharura 16:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Baca bagwa bubamye, bavuga bati: “Ewe Mana, Mana y’impwemu z’ubwoko bwose bw’ikiri n’umubiri+, mbega umuntu umwe gusa yocumura hanyuma ukarakarira ikoraniro ryose+?”
22 Baca bagwa bubamye, bavuga bati: “Ewe Mana, Mana y’impwemu z’ubwoko bwose bw’ikiri n’umubiri+, mbega umuntu umwe gusa yocumura hanyuma ukarakarira ikoraniro ryose+?”